Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 22:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Nuko baragenda basanga bimeze nk’uko yabibabwiye, maze bategura ivyokurya vya Pasika.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Baragenda, babisanga uko yabibabariye: bategura ivya Pasika.

Gade chapit la Kopi




Luka 22:13
7 Referans Kwoze  

Ijuru n’isi bizokurwaho, ariko amajambo yanje ntazokwigera akurwaho.


Nuko abatumwe baragenda, basanga ibintu bimeze nk’uko yari yabibabwiye.


Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu yumvira Imana igihe yamuhamagara ngo ave mu gihugu ciwe aje mu kindi yari igiye kumuha ngo kibe iciwe. Yavuye mu gihugu ciwe atazi iyo agiye.


Ariko Mariya abwira abakozi ati: “Ico ababwira cose mugikore.”


Yesu aramubwira ati: “Sinakubwiye ko niwizera uja kubona ubwiza bw’Imana?”


Na we araja kubereka icumba kinini co hejuru, kirimwo ibikenewe vyose. Aho abe ari ho mubitegurira.”


Isaha ishitse, Yesu n’intumwa ziwe baca baricara, barafungura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite