Luka 22:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 hanyuma mubwire nyene urugo muti: ‘Umwigisha arashaka kumenya: Icumba aja gusangiriramwo ivya Pasika n’abigishwa biwe kiri he?’ Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Mubgire nyen’ urugo, mut’ Umwigisha agize ngw Indāro iri hehe, ah’ asangirira ivya Pasika n’abigishwa biwe? Gade chapit la |