Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 22:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Arabishura ati: “Mucinjira mu gisagara, muraja guhura n’umuntu yikoreye umubindi w’amazi. Muce mumukurikira gushika mu nzu aja kwinjiramwo,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Arabishura, at’ Umve, mumaze gushika mu gisagara, murahūra n’umugabo yikoreye umubindi w’amazi; mumukurikire mu rugo ajamwo.

Gade chapit la Kopi




Luka 22:10
8 Referans Kwoze  

Ibi ndabibabwiye kugira ngo nivyashika, muze mwibuke ko nari narabibabwiye. Icatumye ntabibabwira mu ntango ni uko nari nkiri kumwe namwe.


Icinjira mu kanwa k’umuntu, si co kimuhumanya. Ariko ikiva mu kanwa kiwe, ni co kimuhumanya.”


Baramubaza bati: “Ni hehe ugomba ko tubitegurira?”


hanyuma mubwire nyene urugo muti: ‘Umwigisha arashaka kumenya: Icumba aja gusangiriramwo ivya Pasika n’abigishwa biwe kiri he?’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite