Luka 21:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nimwumva intambara n’imigumuko, ntimuze muhagarike imitima. Ivyo bitegerezwa kubanza gushika, ariko iherezo rya vyose ntirizoba rirashika.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi ni mwumva intambara n’imivurungano, ntimuze mucike ivutu; kukw ivyo bitazobura kubanza kubaho, arik’ umuhero ntuzoca ushika. Gade chapit la |