Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 21:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Abandi bose batanze amashikanwa ku musesekara w’ubutunzi bwabo, ariko we, mu bukene bwiwe, atanze ivyomubeshejeho vyose.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 kukw abo bose batereye mu mashikanwa ku bibasāgutse, ariko we ku bgoro bgiwe ashikanye ibimutunze vyose.

Gade chapit la Kopi




Luka 21:4
7 Referans Kwoze  

Umusi umwe, umuhungu muto aritora abarira se ati: ‘Data, mpa umugabane w’ubutunzi norazwe.’ Nuko se abagaburira ubutunzi bwiwe.


Nta n’umwe yagira ico akeheje muri bo, kuko abari bafise amatongo canke amazu, babigurisha bakazana amahera vyaguzwe,


Hariho umugore yari amaze imyaka cumi n’ibiri agwaye ingwara yo mu gitereko yo kuva amaraso, vyaranse ko akira.


Bose batanze ku musesekara w’ubutunzi bwabo; ariko we, mu bukene bwiwe, atanze ivyomubeshejeho vyose.”


Aca avuga ati: “Ndababwire ukuri, uwu mupfakazi w’umukene atanze vyinshi kurusha abandi bose.


Kuko iyo umuntu afise umutima wo gutanga, Imana ntiyakira ico adafise, ahubwo yakira ico afise.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite