Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 21:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Ijuru n’isi bizokurwaho, ariko amajambo yanje ntazokwigera akurwaho.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Ijuru n’isi bizorangira, arikw amajambo yanje nta co azoba.

Gade chapit la Kopi




Luka 21:33
12 Referans Kwoze  

Ijuru n’isi bizokurwaho, ariko amajambo yanje ntazokwigera akurwaho.


Ijuru n’isi bizokurwaho, ariko amajambo yanje ntazokwigera akurwaho.


Ndababwire ukuri, igihe cose ijuru n’isi bizoba bikiriho, nta n’akadome na gatoya canke agakwabu ko mu vyagezwe vy’Imana kazovako, kugeza ivyo vyagezwe bishikije intumbero yavyo.


ariko ijambo ry’Uhoraho ryo rihoraho ibihe vyose.” Kandi iryo jambo ni bwo Butumwa Bwiza mwabwiwe.


Hanyuma nca mbona intebe y’inganji nini cane, mbona n’uwuyicayeko. Ijuru n’isi birahunga biva imbere yiwe, ntivyasubira kuboneka.


Ariko biroroshe cane ko ijuru n’isi bikurwaho, hako agakwabu ko mu vyagezwe kokurwaho.


Ndababwire ukuri, abo muri runo rungamwe ntibazopfa bose ivyo vyose bitarashika.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite