Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 21:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Ndababwire ukuri, abo muri runo rungamwe ntibazopfa bose ivyo vyose bitarashika.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Ndababgire ukuri: Ab’ iki gihe ntibazorangira, ivyo vyose bitarashika.

Gade chapit la Kopi




Luka 21:32
7 Referans Kwoze  

Ndababwire ukuri, abo muri runo runganwe ntibazopfa bose ivyo vyose bitarashika.


Ndababwire ukuri, abo muri runo rungamwe ntibazopfa bose ivyo vyose bitarashika.


Ndababwira ukuri ko ingaruka z’ivyo vyose zizoba ku bantu ba kino gihe.


Ndababwire ukuri, bamwe mu bahagaze ngaha ntibazopfa batabonye Umwana w’Umuntu aje ari mu bwami bwiwe.”


None rero nimwabona ivyo vyose, muzoce mumenya neza ko Ubwami bw’Imana buri hafi.


Ijuru n’isi bizokurwaho, ariko amajambo yanje ntazokwigera akurwaho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite