Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 21:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 None rero nimwabona ivyo vyose, muzoce mumenya neza ko Ubwami bw’Imana buri hafi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 nuko namwe ni mwabona ivyo bibaye, muze mumenye yuk’ ubgami bg’Imana buri hafi.

Gade chapit la Kopi




Luka 21:31
7 Referans Kwoze  

Bene Data, ntimwidodomberanire, kugira ngo ntimuze mutsindwe n’urubanza. Umucamanza ari ku rugi.


Kuko, “Hasigaye igihe gito, uwugira aze azoza, kandi ntazoteba.”


Umuhero wa vyose uri hafi. Ku bw’ivyo, mukwiye kubaho mwirinda kandi mugavye kugira ngo mushobore gusenga.


avuga ati: “Nimwihane kuko Ubwami bw’ijuru buri hafi.”


Ndababwire ukuri, abo muri runo rungamwe ntibazopfa bose ivyo vyose bitarashika.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite