Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 21:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Nuko Yesu abacira umugani ati: “Nimurabire ku giti c’umusukoni canke ku kindi giti ico ari co cose.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Kand’ abacira umugani, ati Ni murābe umusukoni n’ibiti vyose.

Gade chapit la Kopi




Luka 21:29
5 Referans Kwoze  

Nuko abona umusukoni uri hafi y’inzira, arawegera ariko asanga ata kintu na kimwe wamye, kiretse amababi gusa. Hanyuma aca arawubwira ati: “Ntugasubire kwama na rimwe.” Ubwo nyene uwo musukoni uca uruma.


Nimwabona ivyo bibaye, muze muhaguruke, mushire ubwoba, ugucungurwa kwanyu kuzoba kwegereje.”


Iyo bizanye amababi, muca mumenya ko agatasi kari hafi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite