Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 21:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Imitima y’abantu izohagarara bishwe n’ubwoba, babonye ibigira bishike kw’isi, kuko ivy’inkomezi biri mu kirere bizonyiganyizwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 kand’ abantu bazogwishwa igihūmura n’ubgoba no kwitega ibigira bibe mw isi; kukw ivy’ inkomezi vyo mw ijuru bizonyiganyizwa.

Gade chapit la Kopi




Luka 21:26
10 Referans Kwoze  

Ubwo nyene, inyuma y’ivyo vyago vyo muri iyo misi, ‘izuba rizocura umwijima, n’ukwezi ntikuzosubira kubonesha, inyenyeri zizokoragurika ziva kw’ijuru, n’ivy’inkomezi biri mu kirere bizonyiganyizwa.’


inyenyeri zizokoragurika ziva kw’ijuru, kandi n’ivy’inkomezi biri mu kirere bizonyiganyizwa.’


Hazoba ibimenyetso ku zuba, ku kwezi no ku nyenyeri. Kw’isi na ho, amahanga azogira ubwoba abure uko agira, kubera ukubomborana kw’amazi yo mu biyaga hamwe n’imipfunda.


Inyuma y’ivyo, umuntu wese azobona Umwana w’Umuntu aje ku gicu, afise ububasha n’ubwiza butangaje.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite