Luka 21:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Kuko iyo misi izoba ari iy’ukwihora kw’Imana, kugira ngo Ivyanditswe bishike. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kukw iyo misi izoba iyo guhōra, kugira ngw ivyanditswe vyose bishike. Gade chapit la |