Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 21:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Nimwabona Yerusalemu ikikujwe n’ingabo, muzoce mumenya ko isenyurwa ryayo ryegereje.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Ariko ni mwabona i Yerusalemu hakikijwe n’ibitero, muze mumenye yuk’ ubuyobe bgaho bugira bushike.

Gade chapit la Kopi




Luka 21:20
7 Referans Kwoze  

Kuko igihe kizogushikako, aho abansi bawe bazokwubaka ibirindiro impande zawe zose, bagukikuze, bagusugereze impande zose.


Nimwabona ca ‘kizira gihumanya’ gihagaze aho kidakwiye guhagarara (uwusoma niyiyubare), abazoba bari i Yudaya baze bahungire ku misozi.


Baca baramubaza bati: “Mwigisha, ivyo bizoshika ryari? Ni ikihe kimenyetso kizokwerekana ko bigiye gushika?”


Nimwabona ca ‘kizira gihumanya’ cavugwa n’uwavugishwa n’Imana Daniyeli gihagaritswe ahera (uwusoma yiyubare),


Ukwizera ni kwo kwatumye Abisirayeli bazunguruka Yeriko imisi indwi, maze inzitiro z’ico gisagara zirasenyuka.


Ni co gituma, ko dukikijwe n’isinzi ry’ivyabona bingana gutyo, dukwiye kwiyambura ibintu vyose bituboha bikatubuza kubandanya hamwe n’icaha kitwizingirako vyoroshe, maze dusiganwe n’umwete mw’ihiganwa Imana yashize imbere yacu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite