Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 20:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Yesu na we arabwira ati: “Nanje sindababwira aho ububasha butuma nkora ibi buva.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Yesu arababgira, ati Nuko rero nanje simbabgira ububasha bunkoresha ivyo.

Gade chapit la Kopi




Luka 20:8
9 Referans Kwoze  

Ni ko kwishura Yesu bati: “Ntituzi uwabumuhaye.” Na we aca ababwira ati: “Nanje sindababwira aho ububasha butuma nkora ibi buva.”


Nuko bishura Yesu bati: “Ntituzi uwabumuhaye.” Na we aca ababwira ati: “Nanje sindababwira aho ububasha butuma nkora ibi buva.


Abantu ba kino gihe babi kandi b’abasambanyi ni bo basaba ikimenyetso! Ariko nta kindi kimenyetso bazohabwa kiretse ikimenyetso c’uwavugishwa n’Imana Yona.” Maze Yesu aca abasiga ngaho arigira.


Nimubihoze; ni impumyi zirongora izindi! Kandi iyo impumyi irongoye iyindi, zompi zigwa mu kinogo.”


kandi nobabaza ikibazo ntimwonyishura.


Nuko baramwishura bati: “Ntituzi uwabumuhaye.”


Hanyuma Yesu acira umugani abari aho, avuga ati: “Habaye umuntu yarimye uruzabibu, hanyuma aruzeza abarimyi, afata urugendo rwa kure, amarayo igihe kinini.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite