Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 20:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Yesu arabishura ati: “Abantu bo muri kino gihe bararongora kandi bararongorwa.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Yesu arabishura, at’ Ab’ iyi si bararongora, kandi barashingirwa,

Gade chapit la Kopi




Luka 20:34
7 Referans Kwoze  

Maze shebuja ashima amayeri uwo munyabigega asesagura yakoresheje. Ni ko n’abana b’iyi si bazi ubwenge bwo kwitunganiriza ivy’ubuzima kurusha abana b’umuco.


Bararya, baranywa, bararongora, bagashingiza, gushika umusi Nowa yinjiye mu bwato, maze umwuzure ukaza ukabatikiza bose.


Ukwubakana kwubahirizwe na bose, kandi ntihakagire icanduza uburiri bw’abubakanye; kuko Imana izocira urubanza abagendera mu bushakanyi no mu busambanyi.


“Ku bw’ivyo, nk’uko Ivyanditswe bivuga, umugabo azosiga se na nyina abane n’umugore wiwe ubutakivana, maze bompi babe nk’umubiri umwe.”


Umuntu wese atuka Umwana w’Umuntu, azobiharirwa; ariko uwutuka Mpwemu Yera ntazobiharirwa, haba muri kino gihe canke mu gihe kizoza.


None ku musi w’izuka ry’abapfuye uwo mugore azoba uwa nde, ko yabaye umugore w’abo indwi bose?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite