3 Arabishura ati: “Reka nanje ndababaze. Nimumbarire:
3 Arabishura, ati Nanje hinge ndababaze ijambo, mumbgire:
Ibiyago vyanyu bibe vyuzuyemwo ubuntu, birunzwe umunyu, kugira ngo mumenye uko mwishura umuntu wese.
kandi nobabaza ikibazo ntimwonyishura.
Baramubaza bati: “Ni ubuhe bubasha butuma ukora ivyo? Ni nde yabuguhaye?”
Mbega umubatizo wa Yohana wavuye ku Mana yo mw’ijuru canke ku bantu?”