Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 20:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Rero, harigeze kuba abavukana indwi. Mukuru muri bo ararongora, ariko apfa atavyaye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Nuko rero hābaye abavukana ndwi: uwa mbere arongora umugore, apfa ar’ imponnyi:

Gade chapit la Kopi




Luka 20:29
4 Referans Kwoze  

“Mwigisha, Mose yanditse avuga ko umuntu apfuye agasiga umugore atagira abana, uwo bavukana ategerezwa gucura uwo mupfakazi kugira ngo aronkere uruvyaro uwo muhisi.


Uwa kabiri arongora wa mupfakazi,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite