Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 20:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 None rero tubwire: biremewe gutanga ikori rya Kayisari, canke ntivyemewe?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 mbega biremerwa ko dutanga ikori rya Kayisari, canke ntivyemerwa?

Gade chapit la Kopi




Luka 20:22
14 Referans Kwoze  

Inyuma yaho, Yuda Umunyagalilaya yaje mu misi y’urusansuma, arongoye umugwi w’abantu batera umudurumbanyo. Na we nyene yarishwe, abamukurikira barasanzara.


Petero arabishura ati: “Egome araritanga.” Petero yinjiye mu nzu, Yesu aramwitanga, amubaza ati: “Wiyumvira iki ga Simoni? Ni ba nde baha abami bo muri iyi isi amakori n’amatagisi? Ni abana babo canke ni abandi bantu?”


Ba bantu babaza Yesu bati: “Mwigisha, turazi ko uvuga kandi wigisha ivy’ukuri. Nta ho uhengamira, kandi wigisha inzira y’Imana mu kuri kwose.


Yesu abonye ubugunge buri muri bo, aca ababwira ati:


batangura kumurega bavuga bati: “Uwu muntu twasanze ariko aragumura abantu bo mu bwoko bwacu, ababuza gutanga ikori rya Kayisari, kandi yigira Kristo, umwami.”


Uhe umuntu wese ivyo akwiriye guhabwa: abakwiriye guhabwa amakori mubahe amakori, uwukwiriye gutinywa mumutinye, uwukwiriye iteka mumutere iteka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite