Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 20:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Baramubaza bati: “Ni ubuhe bubasha butuma ukora ivyo? Ni nde yabuguhaye?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 baramubaza, bati Tubgire, n’ububasha ki bugutera gukora ivyo, canke ni nde yaguhaye ubgo bubasha?

Gade chapit la Kopi




Luka 20:2
13 Referans Kwoze  

Uwariko agirira nabi mugenziwe aca asunura Mose, amubaza ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza wacu?


Abayuda baramubaza bati: “Ni ikihe gitangaza wokora cotwereka ububasha ufise bwo gukora ibi?”


Mwa ntagondwa mwe, imitima yanyu n’amatwi yanyu ntibirakebwa. Mumeze nka ba sogokuruza banyu: mwama mugarariza Mpwemu Yera.


Umusi umwe Yesu yariko arigisha abantu mu rusengero, ababwira Ubutumwa Bwiza. Maze abakuru b’abaherezi, abigisha b’ivyagezwe n’abakuru b’Abayuda baza aho ari.


Arabishura ati: “Reka nanje ndababaze. Nimumbarire:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite