Luka 20:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Nuko bamukwegera inyuma y’umurima w’uruzabibu bamwicirayo. None mwibaza ko nyene uruzabibu niyaza azobagira gute? Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Bamuhindira inyuma y’uruzabibu, baramwica. None nyen’ uruzabibu azobagira ate? Gade chapit la |