Luka 2:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Umumarayika w’Umwami Imana arabiyereka, ubwiza bw’Umwami Imana bubakayanganira impande zose, na bo baterwa n’ubwoba bwinshi cane. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Umumarayika w’Umwami Imana ahagarara i ruhande yabo, ubgiza bg’Umwami bubakayanganira irya n’ino, baterwa n’ubgoba bginshi. Gade chapit la |