Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Muri ako karere hari abungere bama barara mu gahinga baraririye imikuku y’ibitungwa vyabo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Mur’ iyo ntāra hār’ abungere bārāra mu gahinga barāririye umukuku w’intungwa zabo.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:8
8 Referans Kwoze  

maze avyara umwana wiwe w’imfura, amuzingira mu mpuzu z’uruyoya, aca amuryamika mu bwato inka ziriramwo, kuko bari babuze ikibanza mu nzu y’ingenzi.


Umumarayika w’Umwami Imana arabiyereka, ubwiza bw’Umwami Imana bubakayanganira impande zose, na bo baterwa n’ubwoba bwinshi cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite