Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Bakiri i Betelehemu, igihe co kwibaruka kiragera,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Bakiriyo, igihe ciwe co kuvyara kirashika.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:6
7 Referans Kwoze  

Igihe ciwe co kwibaruka kigeze, Elizabeti yibaruka umwana w’umuhungu.


Nuko aja kwisansumisha ajanye na Mariya, uwo yari akoye, kandi Mariya yari yibungenze.


maze avyara umwana wiwe w’imfura, amuzingira mu mpuzu z’uruyoya, aca amuryamika mu bwato inka ziriramwo, kuko bari babuze ikibanza mu nzu y’ingenzi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite