Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

52 Nuko Yesu abandanya akura mu gihagararo, agwiza ubwenge, kandi agira ikiganza ciza ku Mana no ku bantu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

52 Kandi Yesu agwiza ubgenge no gukura no gushimwa n’Imana n’abantu.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:52
6 Referans Kwoze  

Uwo mwana arakura, arakomera, agwiza ubwenge, kandi ubuntu bw’Imana bwari kuri we.


Iyo umuntu akorera Kristo ameze gutyo, ahimbara Imana kandi akemerwa n’abantu.


Uwo mwana arakura, arakomera mu mpwemu, aba mu bugaragwa gushika igihe yiyerekeye Abisirayeli.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite