Luka 2:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe51 Nuko basubirana na we i Nazareti, kandi yama abumvira. Nuko nyina abika ivyo vyose mu mutima wiwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 Amanukana na bo, aja i Nazareti, yama abumvira. Nyina abīka ayo majambo yose mu mutima wiwe. Gade chapit la |