Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Nuko aja kwisansumisha ajanye na Mariya, uwo yari akoye, kandi Mariya yari yibungenze.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 aja kwiyandikishanya na Mariya uwo yakoye, yar’ akuriwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:5
6 Referans Kwoze  

Muri iyo misi, Kayisari Ogusito, umwami w’abami w’Abaroma, asohora itegeko ko haba urusansuma rw’abantu bose baba mu bwami bw’Abaroma.


Nuko abantu bose baja mu bisagara bavukiyemwo kwisansumisha.


Yosefu na we nyene ava i Nazareti, igisagara c’i Galilaya, aduga i Yudaya mu gisagara ca Dawidi citwa Betelehemu, kuko yakomoka mu muryango wa Dawidi.


Bakiri i Betelehemu, igihe co kwibaruka kiragera,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite