Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

44 Nuko bamara umusi wose bagenda, bibaza ko umwana yoba ari mu bandi bari bafatanije urugendo. Mu nyuma batangura kumuronderera mu ncuti n’abagenzi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Ariko bībgiye yukw ari mw igugu ry’abo bagendanye, bagenda urugendo rw’umusi wose, maze bamurondera mu ncuti no mu bo bazinanyi:

Gade chapit la Kopi




Luka 2:44
6 Referans Kwoze  

Imisi mikuru irangiye, abavyeyi biwe barataha, ariko uwo mwana Yesu asigara i Yerusalemu, yamara abavyeyi biwe ntibabimenya.


Bamubuze, basubira i Yerusalemu kumurondererayo.


Ariko abari bazi Yesu, harimwo na ba bagore bari bamukurikiye kuva i Galilaya, bagumye bahagaze aho bakurikiranira kure ivyariko biraba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite