Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

42 Yesu amaze imyaka cumi n’ibiri, ajana na bo muri iyo misi mikuru nk’uko vyari bisanzwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

42 Nukw amaze imyaka cumi n’ibiri avutse, baradūga, nk’uk’ umugenzo w’iyo misi mikuru war’ uri.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:42
5 Referans Kwoze  

Uko umwaka utashe, abavyeyi ba Yesu bama baja i Yerusalemu mu misi mikuru ya Pasika.


Imisi mikuru irangiye, abavyeyi biwe barataha, ariko uwo mwana Yesu asigara i Yerusalemu, yamara abavyeyi biwe ntibabimenya.


Umusi umwe, Yesu aja i Nazareti aho yakuriye. Ku musi w’Isabato, yinjira mw’isinagogi nk’uko yari amenyereye, maze ahaguruka ngo asome Ivyanditswe.


Ashitse i Galilaya, Abanyagalilaya baramwakira. Bari barabonye ivyo yakoreye i Yerusalemu ku Musi mukuru wa Pasika, kuko ari yo bari bari.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite