Luka 2:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Uwo mwana arakura, arakomera, agwiza ubwenge, kandi ubuntu bw’Imana bwari kuri we. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Kand’ uno mwana arakura, agwiza inkomezi, yuzuzwa ubgenge, ubuntu bg’Imana bgari kuri we. Gade chapit la |