Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Yosefu na Mariya bahejeje gukora ibitegekanijwe n’ivyagezwe vy’Uhoraho, baca basubira i Galilaya mu gisagara cabo ca Nazareti.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Banonosoye vyose nk’ukw ivyagezwe n’Umwami Imana bivuga, basubira i Galilaya mu gisagara cabo i Nazareti.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:39
11 Referans Kwoze  

Yosefu na we nyene ava i Nazareti, igisagara c’i Galilaya, aduga i Yudaya mu gisagara ca Dawidi citwa Betelehemu, kuko yakomoka mu muryango wa Dawidi.


Yesu aramwishura ati: “Reka tubikore gutyo, kuko bikwiye ko dushitsa ibigororotse.” Yohana aca yemera kumubatiza.


Nuko basubirana na we i Nazareti, kandi yama abumvira. Nuko nyina abika ivyo vyose mu mutima wiwe.


Zakariya na Elizabeti bari abagororotsi imbere y’Imana, kandi bakurikiza ivyagezwe n’amabwirizwa vy’Umwami Imana ata co bahajije.


Elizabeti amaze amezi atandatu yibungenze, Imana irungika umumarayika Gaburiyeli mu gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti,


Umusi umwe, Yesu aja i Nazareti aho yakuriye. Ku musi w’Isabato, yinjira mw’isinagogi nk’uko yari amenyereye, maze ahaguruka ngo asome Ivyanditswe.


Yesu arababwira ati: “Ndazi ko mutazobura kuncira uwu mugani muti: ‘Muvuzi, niwivure!’ Kandi muzombwira muti: ‘Korera muri iki gisagara uvukamwo ibitangaza nk’ivyo twumvise wakoreye i Kaperinawumu!’ ”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite