Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 Abavyeyi b’uwo mwana batangazwa cane n’ayo majambo amuvuzeko.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Se na nyina batangazwa n’ayo majambo avuzwe kuri we.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:33
8 Referans Kwoze  

Abavyeyi biwe bamubonye baratangara cane. Nyina aramubaza ati: “Mwana wanje, ibi watugiriye ni ibiki? Twe na so tumaze imisi duhagaritse imitima cane tukurondera.”


Yesu avyumvise aratangara cane, abwira abariko baramukurikira ati: “Ndababwire ukuri, nta muntu n’umwe muri Isirayeli nari bwabonane ukwizera gukomeye nk’uku.


Yesu akiriko aravugana n’abantu isinzi bari aho, nyina na bene nyina baraza bahagarara hanze, bashaka kuvugana na we.


Abari ngaho bose batangazwa cane n’ububasha bukomeye bw’Imana. Bagitangajwe n’ivyo yari ahejeje gukora, Yesu abwira abigishwa biwe ati:


Ntibabaye bagishobora kumufatira ku vyo avuga ku mugaragaro, ahubwo batangajwe n’inyishu yiwe, baca barahora.


kandi abavyumva bose vyarabatangaza cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite