Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 “Ubu rero, Mwami Imana, nk’uko wansezeraniye, urasezeye umusavyi wawe amahoro.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 ati Databuja, noneh’ urasezeye umusavyi wawe amahoro, Nk’uko wavuze:

Gade chapit la Kopi




Luka 2:29
9 Referans Kwoze  

Hanyuma nca numva ijwi rivuye mw’ijuru rimbwira riti: “Andika ibi bikurikira: uhereye ubu, hahiriwe abapfa bapfira mu Mwami.” Mpwemu aravuga ati: “Egome, bazoruhuka imiruho barushe, kuko ibikorwa vyabo bizobaherekeza.”


Numva vyose binkwega: gupfa nkigira kubana na Kristo, ni vyo birushirije kuba vyiza kuri jewe,


Kandi yari yarahishuriwe na Mpwemu Yera ko atazopfa atabonye Kristo w’Umwami Imana.


Simeyoni aramwakira, amukikira mu maboko yiwe, ashima Imana ati:


Basemerera n’ijwi rirenga bati: “Uzogeza ryari, Mwami uganje, uwera kandi uw’ukuri, uzorindira gushika ryari, kugira ngo ucire ababa kw’isi imanza, uhore amaraso yacu?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite