Luka 2:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Kandi yari yarahishuriwe na Mpwemu Yera ko atazopfa atabonye Kristo w’Umwami Imana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Yari yarabgiwe na Mpwemu Yera yukw atazopfa, atarabona Kristo w’Umwami Imana. Gade chapit la |