Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Igihe c’imigenzo yo guhumanurwa kigeze, nk’uko Ivyagezwe vya Mose vyabitegekanya, Yosefu na Mariya badugana Yesu i Yerusalemu kumushikanira Umwami Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Imisi ishize yo guhumanurwa kwabo, nk’ukw ivyagezwe vya Mose biri, bamujana i Yerusalemu kumushikanira Umwami Imana,

Gade chapit la Kopi




Luka 2:22
4 Referans Kwoze  

Arongowe na Mpwemu Yera, yinjira mu rusengero. Yosefu na Mariya bazanye Yesu mu rusengero kugira ngo bashitse ivyo ivyagezwe vyategekanya kuri we,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite