Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ku musi ugira umunani, wa mwana amaze gukebwa, bamwita Yesu, nk’uko umumarayika yari yarabwiye Mariya imbere y’uko asama inda yiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Kand’ imisi munani ishitse ngw akebge, bamwita YESU, rya zina ryavuzwe n’umumarayika, atarasamwa inda.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:21
9 Referans Kwoze  

Umwana amaze imisi umunani, bamujana kumukeba. Bagira bamwite izina rya se Zakariya,


Raba ugiye gusama inda, maze uvyare umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yesu.


Kandi amaze kuboneka mw’ishusho y’umuntu, yicisha bugufi, aragamburuka gushika no ku rupfu, mbere urupfu rwo ku musaraba.


Yesu aramwishura ati: “Reka tubikore gutyo, kuko bikwiye ko dushitsa ibigororotse.” Yohana aca yemera kumubatiza.


Ariko ntibigeze baryamana nk’umugore n’umugabo kugeza amaze kuvyara uwo mwana w’umuhungu; hanyuma amwita Yesu.


Azovyara umwana w’umuhungu, nawe uze umwite Yesu, kuko ari we azokiza abantu biwe ivyaha vyabo.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite