Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 kandi abavyumva bose vyarabatangaza cane.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Abavyumvise bose batangazwa n’ivyo ba bungere bababgiye.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:18
8 Referans Kwoze  

Abantu bose baratangara cane, babwirana bati: “Ijambo ry’uwu muntu rirakomeye! Rifise ububasha n’inkomezi, kuko n’impwemu mbi na zo arazitegeka zikamwumvira, zigasohoka!”


Abamwumva bose baratangazwa n’ubwenge bwiwe hamwe n’inyishu ziwe.


Abavyeyi b’uwo mwana batangazwa cane n’ayo majambo amuvuzeko.


Bamubonye baca babwira bose ivyo babwiwe kuri uwo mwana,


Ariko Mariya we, yaguma azigama ayo majambo yose mu mutima wiwe, akayiyumvirako cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite