Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 2:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Bamubonye baca babwira bose ivyo babwiwe kuri uwo mwana,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Babibonye bababarira ijambo bābgiwe kur’ uwo mwana.

Gade chapit la Kopi




Luka 2:17
10 Referans Kwoze  

“Subira i muhira ubarire abantu ivyo Imana yagukoreye.” Wa muntu aca arataha aca hose mu gisagara, agenda arabwira abantu ivyo Yesu yamukoreye.


Ako kanya nyene, ashika aho bari aca atangura gushima Imana no kubwira abari biteze ugucungurwa kwa Yerusalemu bose inkuru z’uwo mwana.


Baca bagenda bihuta, basangaho Mariya na Yosefu, n’umwana aryamye mu bwato inka ziriramwo.


kandi abavyumva bose vyarabatangaza cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite