Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Nuko ariruka yurira igiti c’umusukomora cari i ruhande y’inzira, kuko ari ho Yesu yagira ace.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Arirukanga, aja imbere, yūrira igiti citwa umusukomora ngw amurābe, kuko yagira ace mur’ iyo nzira.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:4
11 Referans Kwoze  

Babonye ko badashobora kwinjira kubera ubwinshi bw’abantu, baca burira hejuru ku nzu, basambura aho bacisha ca kirago aryamyeko, bacururukiriza hagati mu bantu, gitumbereye imbere ya Yesu.


Arabishura ati: “Iyo muba mwari mufise ukwizera kungana n’akabuto k’igiterwa citwa mutaride, mwobwiye iki giti muti ‘Randuka, ushingwe mu kiyaga,’ kandi cobumviye.


Yashaka kubona Yesu, ariko ntivyakunda kuko hari isinzi ry’abantu, na we akaba yari mugufi.


Yesu ahashitse, ararangamiza, amubwira ati: “Zakayo, ururuka ningoga, kuko uwu musi nyene nkwiye kurara iwawe.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite