Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Bamwe mu Bafarisayo bari muri iryo sinzi babwira Yesu bati: “Mwigisha, hoza abo bigishwa bawe!”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Abafarisayo bamwe bo mw ishengero baramubarira, bati Mwigisha, zibiza abigishwa bawe.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:39
10 Referans Kwoze  

Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Mwugaye umuryango w’Ubwami bw’ijuru, ntimwinjira mwebwe ubwanyu, kandi n’abagomba kwinjira ntimwabakundira. [


Canke mwibaza ko Ivyanditswe bibesha iyo bivuga ko Imana itwiyegerezanya ishaka ryo kutwiganzira rwose kubera Mpwemu wayo yadushizemwo?


Nuko Abafarisayo baravugana bati: “Murabona ko ata co turiko turashikako. Isi yose iriko iramukurikira!”


Ivyo vyatumye abakuru b’abaherezi bagira imigambi yo kwica Lazaro na we,


Hanyuma Herode ahamagaza mu mpisho ba banyabwenge agerageza kubabaza neza igihe iyo nyenyeri yabonekeye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite