Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Yegereye ahari inzira imanuka iva ku Musozi wa Elayono, isinzi ry’abigishwa biwe batangura guhimbaza Imana n’akanyamuneza kenshi n’amajwi arenga, kubera ibitangaza vyinshi bari bamaze kubona, bavuga bati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Agira ashike, ageze ku kamanuko k’umusozi wa Elayono, ishengero ryose ry’abigishwa ritangura kunezerwa no guhimbaza Imana n’ijwi rirenga, bayishimira ibitangaza babonye vyose,

Gade chapit la Kopi




Luka 19:37
20 Referans Kwoze  

Yesu n’abigishwa biwe begereje i Yerusalemu, bashika ahitwa Betifage ku Musozi wa Elayono. Yesu aca atuma babiri mu bigishwa ngo babitangire imbere,


Ariko uwundi mukozi araza abwira shebuja ati: ‘Databuja, akira mina yawe; nayibitse mu gitambara ndayinyegeza kure.


Ako kanya nyene aca arahumuka, akurikira Yesu ashima Imana. Abari aho bose babibonye bashima Imana.


Abari aho bose baterwa n’ubwoba, bongera bashima Imana, bati: “Uwuvugishwa n’Imana ahambaye yatwiyeretse, Imana yaje gutabara abantu bayo.”


Bahejeje kuririmba barasohoka baja ku Musozi wa Elayono.


Hanyuma Yesu yicaye ku Musozi wa Elayono aharabana n’urusengero, Petero, Yakobo, Yohana na Andereya baramubaza biherereye bati:


Yegereje i Betifage n’i Betaniya ku Musozi wa Elayono, atuma babiri mu bigishwa biwe, ababwira ati:


Kandi aho yaca hose, abantu baca basasa impuzu zabo mu nzira.


Ni co gituma abantu benshi barondera iyo ari. Bari bumvise ko yakoze ico gitangaza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite