Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Kandi aho yaca hose, abantu baca basasa impuzu zabo mu nzira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Arikw aragenda, basasa impuzu zabo mu nzira.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:36
4 Referans Kwoze  

Abantu isinzi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo baca amashami y’ibiti, bayasasa mu nzira.


Baca bayizanira Yesu, bayisasako impuzu zabo, bayimwicarikako.


Yegereye ahari inzira imanuka iva ku Musozi wa Elayono, isinzi ry’abigishwa biwe batangura guhimbaza Imana n’akanyamuneza kenshi n’amajwi arenga, kubera ibitangaza vyinshi bari bamaze kubona, bavuga bati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite