Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Yashaka kubona Yesu, ariko ntivyakunda kuko hari isinzi ry’abantu, na we akaba yari mugufi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ageza kurāba Yesu, ngw amenye ukw asa, bimwankira kubg’ ishengero, kuko yari mugufi.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:3
7 Referans Kwoze  

Herode abonye Yesu, aranezerwa cane kuko yari amaze igihe kirekire yipfuza kumubona. Yari yarumvise ivyiwe, maze yipfuza kumubona akora igitangaza.


Nuko begera Filipo yava i Betesayida mu ntara ya Galilaya baramubwira bati: “Mushingantahe, twipfuza kubona Yesu.”


Ni nde muri mwebwe yoshobora kwiyongera akanya na gatoya ko kubaho kubera kwiganyira?


Ico gihe hariho abagore bariko barabikurikirana bari kure. Muri bo harimwo Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo mutoya na Yose, hamwe na Salome.


Muri ico gisagara hari umuntu yitwa Zakayo, yari umutozakori mukuru, kandi yari atunze cane.


Nuko ariruka yurira igiti c’umusukomora cari i ruhande y’inzira, kuko ari ho Yesu yagira ace.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite