Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Yegereje i Betifage n’i Betaniya ku Musozi wa Elayono, atuma babiri mu bigishwa biwe, ababwira ati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Ageze hafi y’i Betifage n’i Betaniya, ku musozi witwa Elayono, atuma babiri bo mu bigishwa,

Gade chapit la Kopi




Luka 19:29
11 Referans Kwoze  

Maze aca abasiga ngaho, ava mu gisagara aja kurara i Betaniya.


Nuko baca bava kuri uwo Musozi wa Elayono, basubira i Yerusalemu; ni urugendo rungana hafi ikilometero kimwe.


Maze Yesu aca abajana inyuma y’igisagara, hafi y’i Betaniya, aramvura amaboko arabahezagira.


Hanyuma Yesu aca ajana n’abigishwa biwe ku Musozi wa Elayono nk’uko yari asanzwe abigenza.


Imisi yose Yesu yama yigishiriza mu rusengero, ku mugoroba akava mu gisagara akaja kurara ku Musozi wa Elayono,


Yegereye ahari inzira imanuka iva ku Musozi wa Elayono, isinzi ry’abigishwa biwe batangura guhimbaza Imana n’akanyamuneza kenshi n’amajwi arenga, kubera ibitangaza vyinshi bari bamaze kubona, bavuga bati:


“Nimugende muri iriya mihana iri imbere yanyu; nimwahashika murahasanga inyana y’indogoba iziritse ata muntu n’umwe arayigenderako. Muce muyizitura, muyizane hano.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite