Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Abo bansi banje na bo badashaka ko ndababera umwami, nimubazane hano mubicire imbere yanje.’ ”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Arikw abo bansi banje batākunze ko mbaganza ni mubazane hano, mubīcire imbere yanje.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:27
23 Referans Kwoze  

Ariko abantu bo mu gihugu ciwe baramwanka, bituma barungika intumwa inyuma yiwe zija kuvuga ziti: ‘Uwo muntu ntidushaka ko aba umwami wacu.’


Aho ni ho arindiririye ko Imana icisha bugufi abansi biwe ikabashira musi y’ibirenge vyiwe.


Maze umwami araraka cane, aca arungika ingabo ziwe kwica izo nkozi z’ibibi, bongera batongoza umuriro igisagara cazo.


Kuko iyo misi izoba ari iy’ukwihora kw’Imana, kugira ngo Ivyanditswe bishike.


Azoza yice abo barimyi, maze urwo ruzabibu aruzeze abandi.” Abantu bavyumvise, baca bavuga bati: “Ivyo ntibikabe.”


Benshi muri bo bazokwicishwa inkota, canke batwarwe nk’inyagano mu mahanga yose yo kw’isi. Igisagara ca Yerusalemu kizohonyangwa n’Abanyamahanga kugeza igihe Abanyamahanga bagenewe kirangiye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite