Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Baca bavuga bati ‘Databuja, erega asanzwe afise cumi!’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Baramubgira, bati Mugenzi, mbega kw afise icumi!

Gade chapit la Kopi




Luka 19:25
5 Referans Kwoze  

Umusi umwe aramuhamagara, amubaza ati: ‘Ivyo ndakwumvako ni ibiki? Harura ivyo nakujeje ubinsubize, kuko ntukibereye kuzezwa ubutunzi bwanje.’


Nuko abwira abari bahagaze aho ati: ‘Nimumwake mina yiwe muyihe uwufise cumi.’


Na we arabishura ati: ‘Ndababwire ukuri, uwufise vyinshi azokwongererezwa, uwufise bike na we azokwakwa na bike afise.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite