Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Nuko abwira abari bahagaze aho ati: ‘Nimumwake mina yiwe muyihe uwufise cumi.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Abarira abahagazeho, ati Ni mumwake ya mina, muyihe ūfise mina cumi.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:24
5 Referans Kwoze  

Umusi umwe aramuhamagara, amubaza ati: ‘Ivyo ndakwumvako ni ibiki? Harura ivyo nakujeje ubinsubize, kuko ntukibereye kuzezwa ubutunzi bwanje.’


Ariko Imana iramubarira iti: ‘Wa gipfu we, iri joro nyene ubuzima bwawe urabwakwa. None ivyo waruhiye bizoba ivya nde?’


Imbere yo kugenda akoranya cumi bo mu bakozi biwe, abaha mina cumi, ababwira ati: ‘Nimwakire aya mahera, mugende muyadandarishe gushika aho nzogarukira.’


ni kuki utajanye amahera yanje ku bayadandarisha kugira ngo ngarutse ndonke amahera yanje n’inyugu yayo?’


Baca bavuga bati ‘Databuja, erega asanzwe afise cumi!’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite