Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Ariko arimikwa nk’umwami, hanyuma aragaruka. Aca atumako ba bakozi yaha amahera, kugira arabe ingene bungutse.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Agarutse, amaze kwimikwa, ahamagaza ba bishikira yasigaranye ya mahera, ngw amenye inyungu umuntu wese yungutsemwo mu kuyacuruza.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:15
9 Referans Kwoze  

Ariko uwutazi ivyo shebuja agomba, hanyuma agakora ibitari vyo, azohanwa buhoro. Uwahawe vyinshi azosabwa vyinshi, kandi ujwejwe vyinshi azobazwa vyinshi.


Haheze igihe kirekire, shebuja aragaruka, ahamagara ba bakozi kugira ngo bamubwire ingene bakoresheje amahera yiwe.


Ariko abantu bo mu gihugu ciwe baramwanka, bituma barungika intumwa inyuma yiwe zija kuvuga ziti: ‘Uwo muntu ntidushaka ko aba umwami wacu.’


Uwa mbere araza, avuga ati: ‘Databuja, mina yawe yungutse izindi cumi.’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite