Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 19:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Ariko abantu bo mu gihugu ciwe baramwanka, bituma barungika intumwa inyuma yiwe zija kuvuga ziti: ‘Uwo muntu ntidushaka ko aba umwami wacu.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Arikw abantu biwe bāramwanka, bamukurikiza intumwa, bat’ Uyo ntitugomba kw atuganza.

Gade chapit la Kopi




Luka 19:14
15 Referans Kwoze  

Isi niyabanka, muze mwibuke ko yabanje kunyanka.


Abo bansi banje na bo badashaka ko ndababera umwami, nimubazane hano mubicire imbere yanje.’ ”


Yaje mu biwe, ariko abiwe ntibamwakira.


Abonye ko atoshobora kumugwanya, aca arungika intumwa ku wumuteye akiri kure, kugira ngo babaze ivyotuma babana amahoro.


Imbere yo kugenda akoranya cumi bo mu bakozi biwe, abaha mina cumi, ababwira ati: ‘Nimwakire aya mahera, mugende muyadandarishe gushika aho nzogarukira.’


Ariko arimikwa nk’umwami, hanyuma aragaruka. Aca atumako ba bakozi yaha amahera, kugira arabe ingene bungutse.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite