Luka 19:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Imbere yo kugenda akoranya cumi bo mu bakozi biwe, abaha mina cumi, ababwira ati: ‘Nimwakire aya mahera, mugende muyadandarishe gushika aho nzogarukira.’ Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ahamagara icumi bo mu bishikira biwe, abaha amahera cumi yitwa mina, arababarira, ati Muyacuruze, mugeze aho nzozira. Gade chapit la |