Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

42 Yesu aramubwira ati: “Humuka, ukwizera kwawe kuragukijije.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

42 Yesu arayibgira, ati Humūka, ukwizera kwawe kuragukijije.

Gade chapit la Kopi




Luka 18:42
9 Referans Kwoze  

Aca aramubwira ati: “Haguruka wigire, ukwizera kwawe kwagukijije.”


Yesu aramubwira ati: “Mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije. Igire amahoro.”


Yesu aca aramvura ukuboko amukorako. Aramubwira ati: “Ndabishatse, kira uhumanuke!” Ubwo nyene aca arakira ya mibembe.


Yesu aca abarira wa mugore ati: “Ukwizera kwawe kwagukijije, igire amahoro.”


Yesu arahindukira, amubonye aramubwira ati: “Humura, mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije.” Ubwo nyene uwo mugore aca arakira.


Yesu aca aramubwira: “Mupfasoni, ufise ukwizera gukomeye! Ivyo usavye urabihawe.” Maze ako kanya nyene, umukobwa wiwe aca arakira.


“Ushaka ko ndagukorera iki?” Na we arishura ati: “Mwami, ndashaka guhumuka.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite