Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 18:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Yesu aca arahagarara, asaba ko bamumuzanira. Amushikiriye, Yesu aramubaza ati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Yesu arahagarara, avuga ko bayimuzanira: ishitse hafi, arayibaza,

Gade chapit la Kopi




Luka 18:40
4 Referans Kwoze  

Abari imbere ya Yesu baramuzibiza ngo ahore, ariko arushiriza gusemerera ati: “Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi!”


“Ushaka ko ndagukorera iki?” Na we arishura ati: “Mwami, ndashaka guhumuka.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite